NYEGEREZA HAFI YAWE MUKIZA — Draw me nearer | INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA N°139
INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA.
0:00 / 0:00
NYEGEREZA HAFI YAWE MUKIZA — Draw me nearer | INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA N°139
120 404 просмотра · 4 месяца назад
INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA.
66,9 тыс. подписчиков
120 404 просмотра · 4 месяца назад
Nd' uwawe Mwami, kuko numvise
Ijwi ryawe ry'urukundo,
Ariko nifuza kukwizera
No kukwegera rwose.
Nyegereza hafi yawe, Mukiza,
Hafi y'umusaraba,
Nyegerez' urubavu rwawe, Mwami,
Rumwe rwancumitirwa.
Unsabishe Mwami, nkuyoboke,
Nshobozwa n'ubuntu bgawe,
Ivyo ngomba bicik' ivy' ugomba,
Ngutumbere nkwizeye.
Nyegereza hafi yawe, Mukiza,
Hafi y'umusaraba,
Nyegerez' urubavu rwawe, Mwami,
Rumwe rwancumitirwa.
Eka ndanezerewe ko ndonse
Uko twobonana nawe,
Nd'imbere y'inyundo zawe Mwami,
Tukayaga nk'incuti.
Nyegereza hafi yawe, Mukiza,
Hafi y'umusaraba,
Nyegerez' urubavu rwawe, Mwami,
Rumwe rwancumitirwa.
Sinoruha ntahur' urukundo
Rwawe nkiri mu mubiri,
Nzorumenyana n'umunezero
Ni nashika mw ijuru.
Nyegereza hafi yawe, Mukiza,
Hafi y'umusaraba,
Nyegerez' urubavu rwawe, Mwami,
Rumwe rwancumitirwa.