IGIHUGU GITANGA VISA ATA INTERVIEW CANKE AYANDI MANANIZA | UKO WOVYIKORERA DE A-Z
Travel with BIZIMANA
0:00 / 0:00
IGIHUGU GITANGA VISA ATA INTERVIEW CANKE AYANDI MANANIZA | UKO WOVYIKORERA DE A-Z
3 567 просмотров · 1 г. назад
Travel with BIZIMANA
2,65 тыс. подписчиков
3 567 просмотров · 1 г. назад
Muraho mwese!
Muri ino video ndababwira uko mushobora gusaba visa yo kugendera muri New Zealand: ibisabwa, uburyo bwo kuzuza application, amafaranga, hamwe n’inama ngenderwako kugira ngo musabe visa neza kandi mwirinde amakosa.
Ndabagaragariza ibintu vyose bikenewe:
✅ Ibisabwa kugira ubone visa
✅ Uburyo bwo kuzuza form online
✅ Uko wotegura interview niba bisabwa
✅ Amafaranga n’ibindi bisabwa
Nimba ushaka kugenda muri New Zealand, iyi video iragufasha cane!
🔔 Ntibagucike! Niwumva iyi video ikugiriye akamaro: 👉 Fyonda Subscribe kugira ntuzocikwe n’iyindi video
👍 Like kugira abandi babibone
🔗 Share kugira n’abandi bungukireko!
#NewZealandVisa #VisaApplication #TravelNewZealand #VisaGuide #Burundi #VisaInfo #HowToApplyVisa