''UPD ZIGAMIBANGA: Ni igiki CNDD FDD bategekanya mu myaka iri mbere ko abanyagihugu bakenye?'
Rajii Media TV
0:00 / 0:00
''UPD ZIGAMIBANGA: Ni igiki CNDD FDD bategekanya mu myaka iri mbere ko abanyagihugu bakenye?'
349 просмотров · 7 ч назад
Rajii Media TV
30,7 тыс. подписчиков
349 просмотров · 7 ч назад
#UPDZigamibanga #Burundi #RajiiMediaTV #Politike #Amakuru #BurundiNews #UbuzimaBwigihugu #Ibiganiro
Muri iki kiganiro kidasanzwe, Umunyamugambwe Mukuru w'umugambwe UPD ZIGAMIBANGA aragaruka ku bibazo bikomeye vyugarije igihugu muri iki gihe. Arakora isesangura ryimbitse ku bibazo vy'umutekano n'amarorerwa amaze imisi yibonekeza ku mipaka, ibiturire n'amanyanga bivugwa mu gutanga ama passport, ndetse n'ingorane z'abakozi ba Leta babayeho mu bukene kubera imishahara mito.
Mbe umugambwe uri ku butegetsi wibikiye iki kubanyagihugu mu myaka iri mbere mu gihe ibintu bikomeje gukomera?
Kurikirana iki kiganiro uramenya vyinshi bitari vyitezwe, kandi wibuke gutanga igitekerezo cawe muri comments: Wewe ubona umuti w'ibi bibazo ukwiye kuba uwuhe?
🔔 Kora SUBSCRIBE kuri Rajii Media TV kugira ngo utaja ucikwa n'ibiganiro n'amakuru mashasha buri munsi!
👍 Fyonda Like nimba ukunze iki kiganiro, maze ugisangize (Share) n'abandi.
Rajii Media TV is your source for reliable news, current affairs, politics, interviews, and analysis from Burundi and beyond. 🇧🇮
We bring you the latest stories, important voices, and in-depth discussions to keep you informed and connected.
Subscribe to Rajii Media TV and stay informed.