Kurikirana ikiyago umukuru w'igihugu yagiranye n'umu jeune afise umurima w'inanasi w'ihegitari 50
Mashariki TV
0:00 / 0:00
Kurikirana ikiyago umukuru w'igihugu yagiranye n'umu jeune afise umurima w'inanasi w'ihegitari 50
60 108 просмотров · 2 года назад
Mashariki TV
475 тыс. подписчиков
60 108 просмотров · 2 года назад
Kurikirana ikiyago umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yagiranye n'urwaruka (umu jeune) Mbonimpa Ezéchiel wo muri komine Gisuru intara ya Ruyigi afise umurima w'inanasi ugera kw'ihegitari 50, akaba afashwe mu mugongo n'umugambi PAEEJ. Ikidasanzwe kuri uwu mu jeune nuko uwu mugambi yawutanguye akiri umwana, akaba yahejeje amashure y'intango afise umurima ungana n'ihegitari imwe y'inanasi.
#Burundi #Inkebuzo