Перейти к содержимому

UMWE MU BAKRISTO BO MU KINAMA AVUZE INGENE IVY'IRANGIZA RYA PASTEUR BENJAMIN NDAYISABA VYAGENZE

MEIRRA Tv

0:00 / 0:00

UMWE MU BAKRISTO BO MU KINAMA AVUZE INGENE IVY'IRANGIZA RYA PASTEUR BENJAMIN NDAYISABA VYAGENZE

37 903 просмотра · 1 год назад
MEIRRA Tv
235 тыс. подписчиков
37 903 просмотра · 1 год назад
Mu Butumwa Bwiza yaramaze imisi avuga harimwo amajambo yerekana neza ko yari yiteguye gusanganira Umwami wiwe Yesu Kristo Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇    / @meirratv   Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi. Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira: +257 79 24 16 79 (WhatsApp) +257 79 08 91 49 (WhatsApp) YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!