Перейти к содержимому

Burundi: Menya impamvu ishyaka Sahwanya - FRODEBU ritazitabira amatora ya prezida| BBC News Gahuza

BBC News Gahuza

0:00 / 0:00

Burundi: Menya impamvu ishyaka Sahwanya - FRODEBU ritazitabira amatora ya prezida| BBC News Gahuza

10 592 просмотра · Трансляция закончилась 5 ч назад
BBC News Gahuza
42,9 тыс. подписчиков
10 592 просмотра · Трансляция закончилась 5 ч назад
Mu Burundi, umugambwe Sahwanya Frodebu uvuga ko utazokwitaba amatora y’umukuru w’igihugu yo mu mwaka uza, Muraza kwumva impamvu utanga. Izo mpamvu umurwi ujejwe amatora wowo ntuzemera namba. Na vyo muraza kuvyumva #BBCNewsGahuza ----------------------- Iyi ni YouTube channel nyakuri ya BBC News Gahuza. Ukeneye kureba video ku makuru y’akarere n’amahanga mu buryo butabogamye? Wageze aho biri. BBC ni yo soko y’amakuru yizerwa kurusha ayandi masoko ku isi. Aha tuzakugezaho inkuru mbarankuru, inkuru z’icukumbura, ibiganiro n’ibyamamare, video zisobanura ibintu, ku ngingo zikureba zirimo imyidagaduro, imikino, politike, ubugeni, siyanse, ubuzima, byose mu rurimi wumva. Urakoze gukora subscribe kuri channel yacu. Niba ukunda ibi dukora dusange na hano: BBC News Gahuza website 👉🏾 https://www.bbc.com/gahuza Facebook 👉🏾 / bbcnewsgahuza Twitter 👉🏾 https://x.com/bbcgahuza WhatsApp 👉🏾 bbc.in/47y8V4j