Перейти к содержимому

Bwana Felex Tshisekedi byamukomeranye 😱 abazungu bamwihindutse

Kera ♌

0:00 / 0:00

Bwana Felex Tshisekedi byamukomeranye 😱 abazungu bamwihindutse

93 просмотра · 1 дн. назад
Kera ♌
731 подписчик
93 просмотра · 1 дн. назад
Ibiro vya Perezida wa Congo vyabujije abakozi vyo bose kuvugana na Ambasade y'Ububiligi* DISCLAIMER (This video was made only for educational purposes) "Guhera kuri uyu musi, abagize ibiro vya Perezida wa Repubulika bose basabwe, mu kwubahiriza imirimo yabo, kwirinda gushika ku yindi ngingo nshasha, kuvugana mu buryo bwose canke ubundi n'Ambasade y'Ubwami bw'Ububiligi muri Repubulika Iharanira Demokarasi ya Congo, ndetse n'abakozi bayo b'abadiplomate n'abategetsi" - itangazo ryasinye umukuru w'ibiro vya Perezida Tshisekedi. Ibi vyose vyakozwe mu gihe hagize igihe ibikorwa vyo gusaka mu mazu ajanye na Félix Tshisekedi n'abo mu muryango wiwe, ku mpamvu z'itohoza rijanye nokunyuruza ry'amafaranga (blanchiment de capitaux) ya leta ya Congo. Ibikorwa vyo gusaka bitegekanijwe kubandanya mu mazu menshi akekwa ko afitaniye isano na Perezida Félix Tshisekedi n'abo mu rugo rwiwe, mu rwego rw'itohoza ryerekeye ivyaha bikekwa vyo kunyuruza amafaranga ya leta canke urudandazwa rw’inzahabu.