Перейти к содержимому

IBINTU BIKOMEYE VYAKOZWE N'ABANTU BAKUNDA GUSENGA CANE.

Iriba ryiza

0:00 / 0:00

IBINTU BIKOMEYE VYAKOZWE N'ABANTU BAKUNDA GUSENGA CANE.

24 152 просмотра · 1 год назад
Iriba ryiza
80,8 тыс. подписчиков
24 152 просмотра · 1 год назад
Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. Yesu abahe umugisha #Iribaryiza #62053102 #love #compassion #humanity #christianity