Перейти к содержимому

CVR hari abayidogera. Ese izokora ku vyaha vyakozwe na DD? Bokwigira iki kuri TRC ya Afrika y’Epfo?

Semerera

0:00 / 0:00

CVR hari abayidogera. Ese izokora ku vyaha vyakozwe na DD? Bokwigira iki kuri TRC ya Afrika y’Epfo?

968 просмотров · 13 ч назад
Semerera
33,9 тыс. подписчиков
968 просмотров · 13 ч назад
CVR: Uburundi bwokwigira iki kuri Afrika y’Epfo? Ukuri n’ukunywanisha Abarundi CVR y’Uburundi yoshobora gute gufasha kumenya ukuri, guha agaciro abahohotewe bose no kunywanisha Abarundi? Uburundi bwokwigira iki ku mugwi w’ukuri n’ukunywanisha abantu wo muri Afrika y’Epfo? Turaganira ku bwicanyi n’ihohoterwa vyakozwe ku ntwaro ya apartheid, ivyaha vyakozwe na ANC n’iyindi migwi yarwanira ukwikukira, hamwe n’akamaro ko gutohoza ivyaha vy’impande zose. Mbega abavuga ko babohoye igihugu na bo ntibakwiye kubazwa ivyaha bakoze? Ukuri kwose kwovugwa gute ata bwoba, ata kurobanura abahohotewe kandi ata kwagiriza ubwoko bwose? Ikiganiro ku kuri, ubutungane, kwibuka abahohotewe no gukira ibikomere. #Burundi #CVR #Ukuri #Kunywanisha #Semerera Join this channel to get access to perks:     / @semerera Buy me a coffee: https://buymeacoffee.com/semerera Subscribe to my Newsletter: https://substack.com/@semerera Book a coaching session with me: (see email) Buy my merch: (TBA)