Kaneza Kellia Lagloire niwe yaraye atowe kuba MISS BURUNDI 2025
Mashariki TV
0:00 / 0:00
Kaneza Kellia Lagloire niwe yaraye atowe kuba MISS BURUNDI 2025
8 799 просмотров · 1 год назад
Mashariki TV
478 тыс. подписчиков
8 799 просмотров · 1 год назад
Kaneza Kellia Lagloire niwe yaraye atowe kuba MISS BURUNDI 2025, nayo Icababa ca mbere ni Kubwarugira Quessia, Bazahica Tania yatowe kuba icababa ca kabiri, uwamenyekanye kurusha abandi #MissPopularity ni Mugisha Monica Célèste nayo uwagize umugambi mwiza #MissDeveloppement ni Iteka Nelly Charlène, Mugisha Jennifer nawe atahukana akandi gashimwe katari kamenyerewe ka Miss Photogénique.
#Burundi #MISSBurndi2025