Prezida NDAYISHIMIYE yimbuye ibiraya mu murima wiwe uri muri zone Bugarama. Yasavye iki abenegihugu?
Mashariki TV
0:00 / 0:00
Prezida NDAYISHIMIYE yimbuye ibiraya mu murima wiwe uri muri zone Bugarama. Yasavye iki abenegihugu?
274 737 просмотров · 1 г. назад
Mashariki TV
482 тыс. подписчиков
274 737 просмотров · 1 г. назад
#Burundi Mu gihe ari mu karuhuko, Umukuru w'Igihugu yari aramutse yimbura ibiraya mu murima wiwe uri muri zone Bugarama Komine Muramvya mu ntara ya Gitega, kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 7 Mukakaro 2025. Prezida Evariste Ndayishimiye yasavye abarundi kubandanya bahurumbira igisata c'uburimyi, yongereza ababwiriza ko amatongo atarimye yose yorimwa, mbere n'amatongo ya Reta atarimye atizwe amakoperative y'uburimyi ayarime.