Chorale ya Mission Kiremba i Nyakararo mwi vugabutumwa.
ELYONNA TV
0:00 / 0:00
Chorale ya Mission Kiremba i Nyakararo mwi vugabutumwa.
24 016 просмотров · 1 год назад
ELYONNA TV
17,3 тыс. подписчиков
24 016 просмотров · 1 год назад
elyonna tv votre chaîne.#elyonna tv #votre #chaine Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga ELYONNA TV aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. Yesu abahe umugisha #Elyonna #61058489 #love #elyonna tv #Imana #Isumba vyose.