Перейти к содержимому

Umubatizo wo mu mazi menshi//Église de Pentecôte de Kiremba

MEIRRA Tv

0:00 / 0:00

Umubatizo wo mu mazi menshi//Église de Pentecôte de Kiremba

6 263 просмотра · 3 года назад
MEIRRA Tv
224 тыс. подписчиков
6 263 просмотра · 3 года назад
Ikibatizo cabereye mw'Ishengero rya Pentecôte ry'i Kiremba ku musi wa Noël Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇    / @meirratv   Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi. Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira: +257 79 24 16 79 (WhatsApp) +257 79 08 91 49 (WhatsApp) YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!