#KuKivi : Itanguzwa icese ry’umugambi w’igihugu wo kugwanya igiturire n’isesagurwa ry’itunga rusangi
Ntare Rushatsi House TV
0:00 / 0:00
#KuKivi : Itanguzwa icese ry’umugambi w’igihugu wo kugwanya igiturire n’isesagurwa ry’itunga rusangi
766 просмотров · 1 дн. назад
Ntare Rushatsi House TV
124 тыс. подписчиков
766 просмотров · 1 дн. назад
Ku musi wa gatanu igenegerezo rya 9 Gitugutu 2026, Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye yaratanguje icese, i Bujumbura, ishirwa mu ngiro ry’umugambi w’igihugu wo kugwanya igiturire n’isesagurwa ry’itunga ry’igihugu, aho yamenyesheje icese ko kuva ubu uwuzofatwa ariye igiturire canke asesagura itunga rusangi azoshikirizwa ubutungane abanje kuriha ivyo yononye.
Indongozi nazo mu bisata vyose, abanya politike, abari mu mashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike n’abanya mashengero, akabasaba kugira urunani rw’intamenwa mu ntumbero yo kugwaniriza hamwe abarya igiturire n’abanyonora itunga rusangi.