Gervais Ndirakobuca ati: "Si irya mbere nambaye uwu mwambaro, hariho abawambaye ari je ndabambitse"
Mashariki TV
0:00 / 0:00
Gervais Ndirakobuca ati: "Si irya mbere nambaye uwu mwambaro, hariho abawambaye ari je ndabambitse"
89 077 просмотров · 1 г. назад
Mashariki TV
483 тыс. подписчиков
89 077 просмотров · 1 г. назад
"Si irya mbere nambaye uwu mwambaro, hariho abari ngaha bawambaye ari jewe ndawubabitse". Uko niko Gervais Ndirakobuca yabwiye abari bitavye imyiyamamazo y'Umugambwe #CNDD_FDD mu ntara ya #Bujumbura muri Komine #Cibitoke. Aho ni mu gihe hari haheze indwi zibiri Lieutenant Général de Police Ndirakobuca Gervais ashizwe mu bakukuruke mu giporisi c'Uburundi kw'itegeko ry'Umukuru w'Igihugu. Umushikiranganji wa mbere wa Reta y'Uburundi yabonetse kuri uwu wa mbere mu myiyamamazo y'umugambwe CNDD FDD.
#Burundi #Amatora2025