Перейти к содержимому

Ubutumwa Pasteur NDAYISHIMIYE Chadrack yashikirije muri veillée yabereye muri Campus Mutanga

MEIRRA Tv

0:00 / 0:00

Ubutumwa Pasteur NDAYISHIMIYE Chadrack yashikirije muri veillée yabereye muri Campus Mutanga

7 994 просмотра · 2 года назад
MEIRRA Tv
232 тыс. подписчиков
7 994 просмотра · 2 года назад
Veillée du 31 décembre 2023 au Campus Mutanga Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149 Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇    / @meirratv   Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi. Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira: +257 79 24 16 79 (WhatsApp) +257 79 08 91 49 (WhatsApp) YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!