Перейти к содержимому

Rev Pasteur Onesphore RUKWIRIRIKANYA//Uwo muriro ntukazime!!//Mbega ibisigo vyaraheze mu bantu?

Neema Gospel tv

0:00 / 0:00

Rev Pasteur Onesphore RUKWIRIRIKANYA//Uwo muriro ntukazime!!//Mbega ibisigo vyaraheze mu bantu?

27 115 просмотров · 3 года назад
Neema Gospel tv
69,2 тыс. подписчиков
27 115 просмотров · 3 года назад
Ubu butumwa bwashikirijwe n'umwungere wa 1 w'Ishengero rya Pentekoti i Bujumbura mu gikorane cabereye mu Kayogoro 2023 ku musi waco wa 2. Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numéro +25762924265 (Appel & Whatsapp) canke +25779476307 (Appel & Whatsapp) ariko kandi mwonatwandikira kuri Email yacu: neemagospeltv@gmail.com . Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo Yesu