SOKWE BY B-FACE
Vibe With Young Donna
0:00 / 0:00
SOKWE BY B-FACE
285 просмотров · 2 недели назад
Vibe With Young Donna
950 подписчиков
285 просмотров · 2 недели назад
Uyu musi turavye indirimbo nshasha ya B Face yitwa SOKWE 🎶🔥. Muri iyi ndirimbo, B Face akoresha amajambo asa n’ayishura canke asubiza ku vyavuzwe na Big Fizzo mu ndirimbo yiwe NIRUZE.
Muri iyi content turabaganirako ico ayo majambo ashobora gusobanura, hamwe n’uko abafana b’umuziki w’Uburundi bayakira. 🎤🇧🇮
Mwebwe muyumvise gute SOKWE by B Face? 👀🔥
#BFace #SOKWE #BigFizzo #NIRUZE #BurundiMusic #Burundi #KirundiMusic #BurundiArtists #BFaceSokwe #BigFizzoNiruze #BurundiEntertainment #BurundiMusic2026