Перейти к содержимому

Reta ya Kenya irahumuriza abarundi ngo bagume muri ico gihugu| BBC News Gahuza

BBC News Gahuza

0:00 / 0:00

Reta ya Kenya irahumuriza abarundi ngo bagume muri ico gihugu| BBC News Gahuza

4 898 просмотров · 1 день назад
BBC News Gahuza
35,7 тыс. подписчиков
4 898 просмотров · 1 день назад
Umunyamabanga mukuru mu bushikiranganji bwa Kenya bujejwe imigenderanire yagendeye abarundi bari ku bwinshi ku buserukizi bw’igihugu cabo gusaba urupapuro rwo gutaha. Korir Sing’oei yabahumurije ababwira ko ivy’uko ata banyamahanga basubira gukora uburuzi buciriritse vyatahuwe ukutari ko. Kanda hano ukore subscribe 👉🏾    / @bbcnewsgahuza   #BBCNewsGahuza ----------------------- Iyi ni YouTube channel nyakuri ya BBC News Gahuza. Ukeneye kureba video ku makuru y’akarere n’amahanga mu buryo butabogamye? Wageze aho biri. BBC ni yo soko y’amakuru yizerwa kurusha ayandi masoko ku isi. Aha tuzakugezaho inkuru mbarankuru, inkuru z’icukumbura, ibiganiro n’ibyamamare, video zisobanura ibintu, ku ngingo zikureba zirimo imyidagaduro, imikino, politike, ubugeni, siyanse, ubuzima, byose mu rurimi wumva. Urakoze gukora subscribe kuri channel yacu. Niba ukunda ibi dukora dusange na hano: BBC News Gahuza website 👉🏾 https://www.bbc.com/gahuza Facebook 👉🏾   / bbcnewsgahuza   Twitter 👉🏾 https://x.com/bbcgahuza WhatsApp 👉🏾 bbc.in/47y8V4j