AMAKOSA 9 Abakobwa bakora mugihe C’imihango
Dr Scientist 🩺💊
0:00 / 0:00
AMAKOSA 9 Abakobwa bakora mugihe C’imihango
734 просмотра · 5 месяцев назад
Dr Scientist 🩺💊
5,37 тыс. подписчиков
734 просмотра · 5 месяцев назад
⚠️ REKA TUVUGE KU BIJANYE N’IMIHANGO ATA KUGIRA ISONI ⚠️
Mu gihe c’imihango, umubiri uba woroshe cane, ni ngombwa kwitwararika kugira wirinde indwara no kwikingira neza ❤️
💡 Impanuro zikenewe :
• Kwama ukoresha ibikoresho vy’isuku (serviettes) bisukuye kandi ubihindure kenshi
• Kwirinda imibonano mpuzabitsina idakingiye (ishobora gutuma wandura VIH n’izindi ndwara zifatira mu bihimba vy’irondoka)
• Kugira isuku ryiza ry’ibihimba vy’irondoka (nturenge urugero)
• Kunywa amazi menshi no gufungura neza
• Ntukarenge igihe ukoresha igikoresho c’isuku ⚠️
• Kwihutira kuja kwa muganga igihe ubona ububabare budasanzwe canke akamoto kadasanzwe
🚨 Ingaruka zo kutavyitwararika :
• Indwara z’igitsina (infections)
• Akamoto kabi
• Kuribwa canke kubabara
• Kwiyongera kw’ivyago vyo kwandura VIH/SIDA n’izindi ndwara
💬 Wiyiteho, amagara yawe ni ay’agaciro. Kuvuga ku mihango si igicumuro!
#imihango #sante #abagore #abakobwa #isuku #santéféminine #vih #sida #kwirinda #ubuzima #indwara #prevention #education #ubumenyi #urwaruka #selfcare #soindesoi #hygiene #cycle #menstruation #girlstalk #empowerment #tabou #parlonsen #ubuzimabwiza #conseils #protection #santépublique #infosutiles #kwikingira