Перейти к содержимому

Igice ca 2 c'IMBURI yihuta Ku Burundi 🇧🇮 Rwanda🇷🇼 Tanzania🇹🇿 RDC Congo 🇨🇩 Kenya 🇰🇪.Eric Horicubonye

Lumière de la paix

0:00 / 0:00

Igice ca 2 c'IMBURI yihuta Ku Burundi 🇧🇮 Rwanda🇷🇼 Tanzania🇹🇿 RDC Congo 🇨🇩 Kenya 🇰🇪.Eric Horicubonye

8 959 просмотров · 3 г. назад
Lumière de la paix
5,01 тыс. подписчиков
8 959 просмотров · 3 г. назад
Igice ca 2 c'IMBURI ikomeye Ku Burundi 🇧🇮 Rwanda 🇷🇼 Tanzania 🇹🇿 RDC Congo 🇨🇩 Kenya 🇰🇪. Igore yumvirize👇 yose ng'aha    • Igice ca 2 c'IMBURI yihuta Ku Burundi 🇧🇮 R...   😭 ABAKOBWA N'ABAGORE BASIGAYE BASHAKA KUGENDA AMENYA. Nakuwe mu mubiri ngira iyerekwa njanwa Mw'ijuru mpabwa imburi ikomeye y'ivyago bigiye kuba. Yesaya 1:2-15 / Ezekiyeli 7:15 Abiyita abakozi b'Imana bihamagaye ngiye guhigura nabo. Navutse nkomeye none Ubu nabaye ikimuga. Nabonye amashengero menshi ya Pentecôte mbwirwa ngo nari nabahamagariye kuzana benshi none benshi bariko bakora ivyaha mbere Hari nabariko babikorera ahera : Imana iti : Nimwihana ndasubiza inyuma ivyago (inzara, inkota, Ikiza). Buri wese yisuzume. Imburi Ku Burundi, Tanzaniya, Rwanda, RDC. Ubusambanyi bwabaye umurengeraa mubitwa ko bamenye Imana. Ivyaha mubitirirwa izina ry'Imana n'ivyo bikwaga akaga. Yanyeretse Abakozi b'Imana bakoze amaraso. Nimwihane mubabarirwe. Horicubonye Eric