Перейти к содержимому

Raba ingene Prezida Pierre Nkurunziza yatamvye aratarika mu birori vyo gusozera amasengesho ya 2019

Mashariki TV

0:00 / 0:00

Raba ingene Prezida Pierre Nkurunziza yatamvye aratarika mu birori vyo gusozera amasengesho ya 2019

616 310 просмотров · 6 лет назад
Mashariki TV
480 тыс. подписчиков
616 310 просмотров · 6 лет назад
Inyuma y'aho intara ya #Gitega igabiye Umukuru w'Igihugu Petero Nkurunziza ingabire zitandukanye zigizwe n'icumu, inkinzo, umuheto, inka 11, impene 11, intama 11, nawe yerekanye umunezero afise, ari kumwe n'umutambukanyi wiwe. Hari mu birori vyo gusozera amasengesho yatunganijewe n'Umuryango wiwe yariko abera i Gitega