Перейти к содержимому

Ngibi bintu 5 bituma aba entrepreneurs bagitangura badashigikirwa 😭💔💸

getIN MEDIA

0:00 / 0:00

Ngibi bintu 5 bituma aba entrepreneurs bagitangura badashigikirwa 😭💔💸

36 просмотров · 1 месяц назад
getIN MEDIA
49 подписчиков
36 просмотров · 1 месяц назад
Muri iki kiganiro cerekeye intambamyi aba entrepreneur canke aba businessman bagitangura bahura nazo nikibituma kuko muri business hariyo intambamyi nyinshi mugihe ugitangura. Kandi iyi video ikaba yakorewe umuntu wese yumva ko akeneye kwihangira imirimo agaha akazi abandi. Nimba uri umu entrepreneur wamaze gutangura , urashobora kutwandikira kuri Whatsapp +25769517731 tukagufasha kumenyekanisha ivyo ukora nawe ntiwibagire gukanda subscribe #education #entrepreneurs #motivation #business #Burundi