Перейти к содержимому

Inyigisho zokwiteza Imbere/ maman Burundi/abenegihugu begere ahaba Impunzi zaba congomani/ruyigi

OPDD Burundi

0:00 / 0:00

Inyigisho zokwiteza Imbere/ maman Burundi/abenegihugu begere ahaba Impunzi zaba congomani/ruyigi

3 490 просмотров · 5 месяцев назад
OPDD Burundi
645 подписчиков
3 490 просмотров · 5 месяцев назад
Uku nikwo Umutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu c'Uburundi Angeline Ndayishimiye, yuguruye icese inyigisho ku benegihugu bari miumashirahamwe yokwiteza imbere, baba mu micungararo yahari amakambi y'impunzi z'aba congomani muntara ya Ruyigi.izo nyigisho zikaba zigamije kubigisha ingene bazokoresha neza uburyo bagiye guhabwa na Fondation Bonne Action Umugiraneza ifadikanije na Fondation LONA, irongowe n'Umutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu ca leta iharanira démocratie ya Congo.