Перейти к содержимому

Har’izina by Chris Billy Sadok Irakoze ( Official video )

chris billysadok Irakoze

0:00 / 0:00

Har’izina by Chris Billy Sadok Irakoze ( Official video )

5 082 просмотра · 8 месяцев назад
chris billysadok Irakoze
560 подписчиков
5 082 просмотра · 8 месяцев назад
Lyrics 1) Har’izina, zina rikuru Naronkeyemwo, agakiza Ni irya Yesu, Mwana w’Imana Uwancunguj’amaraso yiwe. Ch/ Ndarivuze, ndaruhuka Abadayimoni barahunga Ivyananiranye birakunda Kubw’izina rya Yesu Mwami wanje. 2) Musi y’izuba, ntarindi zina Ribonerwamwo, agakiza Atari izina, rya Yesu Mwami We yapfuye akanazuka. Har’izina Live recording Burundi gospel song / Rwanda gospel Song Written by: Filemon, Henoch and Chris Billy Sadok Irakoze Follow Chris Billy Sadok Irakoze on social media: Facebook/ chrisbillysadokirakoze Instagram/ chrisbillysadokirakoze Tiktok/chrisbillysadok Production credits Mixing & mastering: Amir Pro Video: Landry SP Special thanks to : My Lord Jesus Christ My biological parents: Pastor John and Pastor Charlotte My Father in Faith Apostle Apollinaire Habonimana Shemeza Worship Temple and Shemeza Music Eglise Emmanuel Jimbi And all volunteers and everyone who supported this project.