Перейти к содержимому

Burundi: Kuki abasirikare babiri bafungiye muri RDC ?| BBC News Gahuza

BBC News Gahuza

0:00 / 0:00

Burundi: Kuki abasirikare babiri bafungiye muri RDC ?| BBC News Gahuza

33 302 просмотра · Трансляция закончилась 19 часов назад
BBC News Gahuza
40,9 тыс. подписчиков
33 302 просмотра · Трансляция закончилась 19 часов назад
Mu Burundi, ubushikiranganji bwo kwivuna abansi bwemeje ko hari abasirikare babiri b’abarundi bapfungiwe muri Repuburika ya Demokarasi ya Kongo. Kubera iki?/Kanda hano ukore subscribe 👉🏾    / @bbcnewsgahuza   #BBCNewsGahuza ----------------------- Iyi ni YouTube channel nyakuri ya BBC News Gahuza. Ukeneye kureba video ku makuru y’akarere n’amahanga mu buryo butabogamye? Wageze aho biri. BBC ni yo soko y’amakuru yizerwa kurusha ayandi masoko ku isi. Aha tuzakugezaho inkuru mbarankuru, inkuru z’icukumbura, ibiganiro n’ibyamamare, video zisobanura ibintu, ku ngingo zikureba zirimo imyidagaduro, imikino, politike, ubugeni, siyanse, ubuzima, byose mu rurimi wumva. Urakoze gukora subscribe kuri channel yacu. Niba ukunda ibi dukora dusange na hano: BBC News Gahuza website 👉🏾 https://www.bbc.com/gahuza Facebook 👉🏾   / bbcnewsgahuza   Twitter 👉🏾 https://x.com/bbcgahuza WhatsApp 👉🏾 bbc.in/47y8V4j