URERA 🙏 MANA | Indirimbo Nshasha yo Guhimbaza Imana | EMA GOSPEL
EMA GOSPEL
0:00 / 0:00
URERA 🙏 MANA | Indirimbo Nshasha yo Guhimbaza Imana | EMA GOSPEL
341 просмотр · 2 нед. назад
EMA GOSPEL
1,09 тыс. подписчиков
341 просмотр · 2 нед. назад
Indirimbo URERA ni indirimbo yo kwibutsa imitima yacu ko Imana ikwiye icubahiro, amashimwe n’uguhimbazwa. Nuyumvirize n’umutima wawe wose, kandi ureke amajambo yayo akuzanire amahoro n’icizere.
❤️ Nimba ukunda Imana kandi ukaba uyishimira ivyo igukorera, andika muri comments uti: “URERA MANA, ”
👍 KANDA LIKE niba iyi ndirimbo igukoze ku mutima.
🔔 SUBSCRIBE kuri EMA GOSPEL kugira ngo ntuzohombe izindi ndirimbo nshasha.
📲 SANGIZA iyi ndirimbo umuryango wawe, abagenzi n’abandi bose bakeneye ubutumwa bwiza.
Murakoze cane ku gushigikira EMA GOSPEL. Imana ibahezagire!
#URERA #EMAGOSPEL #KirundiGospel #IndirimboZImana #GospelMusic #PraiseAndWorship #BurundiGospel