Igisata c'ubworozi bw'ingurube burakwiye kugengwa n'amategeko kugira ngo bize biroroha gushora hanze
Mashariki TV
0:00 / 0:00
Igisata c'ubworozi bw'ingurube burakwiye kugengwa n'amategeko kugira ngo bize biroroha gushora hanze
4 624 просмотра · 4 дня назад
Mashariki TV
477 тыс. подписчиков
4 624 просмотра · 4 дня назад
#Burundi: Ikibazo kijanye n'itegeko rigenga aborozi b'ingurube ngaha mu Burundi riratuma bataronka uruhusha rwo kuzishora hanze, bikaba bishikirizwa na Albert Manishimwe umworozi w'ingurube mu kiyago n'Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yagiranye n'abarundi bafise imitahe ngaha mu Burundi, cabaye kuwa 05 Myandagaro 2026. #diaspora #investissement #elevage