Перейти к содержимому

IBIRANGA URWARUKA RUZOGERA KURE// Inyigisho z'Urwaruka by Past IYAKAREMYE Prosper

Iriba ryiza

0:00 / 0:00

IBIRANGA URWARUKA RUZOGERA KURE// Inyigisho z'Urwaruka by Past IYAKAREMYE Prosper

1 533 просмотра · 16 ч назад
Iriba ryiza
81,9 тыс. подписчиков
1 533 просмотра · 16 ч назад
Inyigisho Past Prosper IYAKAREMYE Muri Mission ya RUSAGARA maze yigisha urwaruka ibintu bashobora gukora kugira bagere kure. Tubahaye kaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. Yesu abahe umugisha #Iribaryiza #61053102 #love #compassion #humanity #christianity