Перейти к содержимому

Ahishuye amabanga akomeye y'ibiriko biraba n'ibigiye kuba mu misi iri imbere/Pasteur Samson

MEIRRA Tv

0:00 / 0:00

Ahishuye amabanga akomeye y'ibiriko biraba n'ibigiye kuba mu misi iri imbere/Pasteur Samson

9 197 просмотров · 3 года назад
MEIRRA Tv
231 тыс. подписчиков
9 197 просмотров · 3 года назад
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇    / @meirratv   Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi. Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira: +257 79 24 16 79 (WhatsApp) +257 79 08 91 49 (WhatsApp) YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!