Imikangara 758 nibo basozereye inyigisho zibanze mw'ishure rya ESO i Bururi
Mashariki TV
0:00 / 0:00
Imikangara 758 nibo basozereye inyigisho zibanze mw'ishure rya ESO i Bururi
8 283 просмотра · 7 дней назад
Mashariki TV
475 тыс. подписчиков
8 283 просмотра · 7 дней назад
#Burundi #Bururi: Imikangara 758 nibo basozereye inyigisho zibanze ku mikangara yitegurira kuba ibisongerezi vy'intwazangabo ku mugwi ugira 54. Ibirori bikaba vyabaye kw'igenekerezo rya 27 Myandagaro umwaka w'2026. Umukuru w'urwego rwo kwivuna abansi rw'uburundi Général Prime Niyongabo akaba yipfurije iyo mikangara gukorana ubutwari n'ubuhizi ngo inyigisho ntiziheze ahubwo ziratanguye. #FDNB #ESO