Перейти к содержимому

MUTAMAKAZI WAMBERE ABERWA CANE KWISI IN ZAMBIA

Vibe With Young Donna

0:00 / 0:00

MUTAMAKAZI WAMBERE ABERWA CANE KWISI IN ZAMBIA

93 просмотра · 3 нед. назад
Vibe With Young Donna
1 тыс. подписчиков
93 просмотра · 3 нед. назад
Mu gihugu ca Zambia haravugwa inkuru y’umutamakazi Margretchula, afise imyaka 85, azwi cane kubera uburanga n’uko agaragara akiri muto ugereranije n’imyaka yiwe. 😍❤️ Muri iyi content turababwira vyinshi kuri Margretchula, uwo ari we, imyaka yiwe n’igituma abantu benshi batangazwa n’uko agaragara. Mbega nawe ubona asa n’umuntu afise imyaka 85? 🤔 Raba video gushika kw’iherezo, usige commentaire utubwire ico ubona. Ntuzibagire LIKE 👍, SHARE 🔄 na SUBSCRIBE 🔔 kuri channel. #Margretchula #Zambia #85YearsOld #AfricanWomen #Africa #Viral #Trending #ZambiaNews #Burundi #YouTubeAfrica