AMADINI YOSE NTANGANA NAHO BOSE BASOMA IJAMBO RY'IMANA – INKOMOKO Y’AMADINI | IGICE CA 1
Radio Maria Burundi
0:00 / 0:00
AMADINI YOSE NTANGANA NAHO BOSE BASOMA IJAMBO RY'IMANA – INKOMOKO Y’AMADINI | IGICE CA 1
2 453 просмотра · 1 год назад
Radio Maria Burundi
43,7 тыс. подписчиков
2 453 просмотра · 1 год назад
"Amadini yose ntangana naho bose basoma ijambo ry'Imana. Tumenye Inkomoko yayo kandi duhagararire ukwemera kwacu."
Dufatiye kuri ico civugo tuzirikane kahise k'Ekleziya ku bijanye n'amadini.
Amadini yoba angana? Tubizirikane.
Kubera iki aba protestanti bafise iryo zina?
Ni bande bemera Amasakramentu mu madini dufise?
Ibitabu vya Biblia biradutandakanya canke biraduhuza.
Zirikana inyigisho dusanga mu kiganiro c'inyigisho ndoramana dushikirizwa na Radio Maria Burundi.
Inyuma y igice ca mbere hariho igice ça kabiri.