IMANA YARAGUHAMAGAYE NGO UGENDE WOZE TOILETS". Vanessa yahisemwo kwoza TOILETS z’ishengero.
Christ Life Center
0:00 / 0:00
IMANA YARAGUHAMAGAYE NGO UGENDE WOZE TOILETS". Vanessa yahisemwo kwoza TOILETS z’ishengero.
7 255 просмотров · 2 г. назад
Christ Life Center
19,2 тыс. подписчиков
7 255 просмотров · 2 г. назад
Muri iki kiganiro twaganiriye n'umukozi w'Imana Evangelist Vanessa Irakoze atubwira vyinshi ku muhamagaro wiwe. Yatwibukije neza ko dukwiye gusuzuma umuhamagaro wacu, kuko wosanga ukora ivyo utahamagariwe. Yatanze akarorero ko we yahisemwo kwoza Toilets z'urushengero . Ati ni mureke kuba les CHRETIENS TOURIST.
Evangelist Vanessa Irakoze ni umukobwa aba ku mugabane w'iburaya, mu gihugu c' Ububirigi; Ubu akaba ari muri Arizona muri Vacance kandi anakorera Imana.