Перейти к содержимому

Abarundi basabwa kugendera iragi ry'Umwami Mwezi Gisabo

Mashariki TV

0:00 / 0:00

Abarundi basabwa kugendera iragi ry'Umwami Mwezi Gisabo

2 972 просмотра · 4 года назад
Mashariki TV
475 тыс. подписчиков
2 972 просмотра · 4 года назад
Ikibanza c'iratiro ca kahise k'Uburundi "Traité de Kiganda" kiri muri komine ya #Kiganda cagendewe kuri uno wa kane n'Umukuru w'Inama Nshingamateka y'Uburundi Daniel Gélase NDABIRABE. Inyuma yo kwiganigwa amateka y'ico kibanza, NDABIRABE yamenyesheje ko Abarundi bazokwama bazigama iragi ry'Umwami #Mwezi_Gisabo