Ivyo mutamenye kuri Ibrahim Uwizeye | Mandat ya 3 ya Petero Nkurunziza
Indundi TV
0:00 / 0:00
Ivyo mutamenye kuri Ibrahim Uwizeye | Mandat ya 3 ya Petero Nkurunziza
11 856 просмотров · 5 месяцев назад
Indundi TV
491 тыс. подписчиков
11 856 просмотров · 5 месяцев назад
#icirore :Uwahoze ari umushikiranganji ajejwe amasoko ntanganguvu ,ubutare n'agataka Ibrahim Uwizeye avuga ko ingorane z'ibitoro Uburundi burimwo muri kino gihe zifise inkomoko kw'ihagarikwa ry'imfashanyo bwahora buronswa. Ubu Uwizeye ni umushingamateka yatowe muntara ya Buhumuza, ikiringo kigira gatatu avuye kubushkiranganji, mubiringo bibiri bikurikirana yari yatowe muyahoze ari intara ya Muyinga
#Icirore
#IndundiTV
Website: https://www.indundiculture.com
Facebook: / radioindundiculture
YouTube: / @indundicom
TikTok: / indundi_culture
Email: indundimedia@indundiculture.com