Перейти к содержимому

Mu bibi vyose ducamo, twige kwirukira Yezu ngo adukize.

Radio Maria Burundi

0:00 / 0:00

Mu bibi vyose ducamo, twige kwirukira Yezu ngo adukize.

1 581 просмотр · 1 год назад
Radio Maria Burundi
43,7 тыс. подписчиков
1 581 просмотр · 1 год назад
Patiri Onesphore Nsengiyumva mu nsiguro yiwe yatanze mu nkuka ya misa yo ku wa gatanu wa nyuma w’ukwezi muri Radio Maria Burundi, yaribukije ko isezerano ry’Imana kenshi hari igihe riteba gushika tugashaka kurondera ingene twigwanako bigaheza bikadukwegera akarambaraye. Adusaba ko Mu bibi vyose ducamo twokwiga kwirukira Yezu ngo Adukize. #rmb #ijamboryimana #homélie #radiomaria #jesus #jesuschrist #ukwemera