Перейти к содержимому

Umukuru w'igihugu yuguruye icese inyubako zubatswa n'ishengero rya #Pentecote muri Misiyoni Maramvya

RADIO TV BUNTU

0:00 / 0:00

Umukuru w'igihugu yuguruye icese inyubako zubatswa n'ishengero rya #Pentecote muri Misiyoni Maramvya

6 200 просмотров · 2 недели назад
RADIO TV BUNTU
51,9 тыс. подписчиков
6 200 просмотров · 2 недели назад
Umukuru w'igihugu yugurye icese kuri uno wa gatandatu inyubako zitandukanye zubatswe n'ishengero rya #Pentecote muri misiyoni ya #Maramvya. Prezida Ndayishimiye yahamagariye ayandi mashengero gufatora akarorero kuri ivyo bikorwa. Mu butumwa yashikirije,yasavye kandi abavyeyi kugarukira indero yo haziko ku rwaruka,kimwe mu nkingi y'iterambere rirarama. #Butanyerera #MissionMaramvya #Butanyerera Présidence - République du Burundi