Igandagurwa rya Ndadaye : colonel Alfred Nkurunziza arabeshuza ivyavuzwe na général Rugigana
Tele Renaissance
0:00 / 0:00
Igandagurwa rya Ndadaye : colonel Alfred Nkurunziza arabeshuza ivyavuzwe na général Rugigana
84 440 просмотров · 1 г. назад
Tele Renaissance
179 тыс. подписчиков
84 440 просмотров · 1 г. назад
Sinigeze nja mw’ikambi ya Muha ku wa 21 Gitugutu 1993 nk’uko bivugwa na général Joseph Rugigana. Uwo ni Alfred Nkurunziza, umu colonel w’umukukuruke, yagirijwe kugira uruhara mw’igandagurwa ry’uwahoze ari umukuru w’Igihugu Ndadaye, mu gitabo « Ma vérité sur l’assassinat de Ndadaye » canditswe na général Rugigana. Alfred Nkurunziza akamenyesha ko ico gitabo kirimwo n’ibindi binyoma vyinshi.