NAWE - Esther Nish (Official Video)
Esther Nish
0:00 / 0:00
NAWE - Esther Nish (Official Video)
163 198 просмотров · 1 год назад
Esther Nish
33,1 тыс. подписчиков
163 198 просмотров · 1 год назад
Song Writter : Esther Nish
Audio Producer : FIG hit Maker
production : MUGWEDENGWE HOUSE & MASTER MUZIK
Video & Director : Kali Amore
Stylish : Willy Smith
Make Up : Christa Make up
NAWE lyric
1.Nta formule
Y'ukuntu nkunda je mfise
Wewe uhora untangaza
Ukuntu umbera mwiza buri musi
Ubwenge bwanje
Ntibukeneye kumenya Yuki hari
abandi bankunda
Nukuri ko nkunzwe nawe birampagije
Ibindindiriye muri Kazoza
Naho ntarabimenya
Ico nzi co Nzosazana NAWE
R.Namenye gukunda
Igihe ndakubona ukabinyereka
Umunezero utarimwo wewe Sindawubona
Ico nzi co Nzosazana NAWE
Ico nzi coo Nzosazana NAWE
2.Ooh my Lover
I like to be wherever you are
Hold me Now
Ooh Mon bébé
I just wanna feel your Flavor yeah!
Ongera umpobere
Cane
Kuko bintera kwumva ibicuro
Ngwino nkuririmbire Sha
Indirimbo y'Urukundo
Yamajambo aryohera umutima
Nzoyakuririmbira
Aho uzoja hose nzogumana nawe
R.Namenye gukunda
Igihe ndakubona ukabinyereka
Umunezero utarimwo wewe Sindawubona
Ico nzi co Nzosazana NAWE
Ico nzi coo Nzosazana NAWE