Перейти к содержимому

IBISIMBO BY EBENEZER CHOIR SDAC KAMENGE

Ebenezer choir SDAC Kamenge

0:00 / 0:00

IBISIMBO BY EBENEZER CHOIR SDAC KAMENGE

6 577 просмотров · 2 года назад
Ebenezer choir SDAC Kamenge
10,7 тыс. подписчиков
6 577 просмотров · 2 года назад
Song: Ibisimbo Uhoraho aranyereka, mbona ibisimbo bibiri vy'insukoni biteretse imbere y'urusengero rw'Uhoraho, igihe Nebukadineza umwami w'i Babuloni yar' amaze kujana Yekoniya mwene Yehoyakimu, umwami w'i Buyuda, kw inyagano, bo n'abaganwa b'i Buyuda n'ababaji n'abacuzi, abakura i Yerusalemu abashikana i Babuloni. Igisimbo kimwe carimw' insukoni nziza cane, zimeze nk'insukoni z'isega: ikindi gisimbo carimw' insukoni ziboze rwose, zitoshoboka kuribga kubgo kubora. Maz' Uhoraho arambaza, at' Ubonye iki ga Yeremiya? Ndamwishura, nti Mbonye insukoni; inziza ni nziza cane, iziboze ziraboze cane, zitoshoboka kuribga kubgo kubora. Yeremiya 24:1-3 Gospel Artist:Ebenezer choir church:SDAC Kamenge location:Bujumbura _Burundi writen and composed by Frida and Evelyne studio:Hope Audio producer: Richard Vocal Arrangement: Frida,Evelyne main pianist and second pianist: Richard Director: Willmo sunrise Video producer: Digital Gospel Studio