DR-Congo: Kabila yatangajwe nk'umukuru w'umutwe witwaje intwaro bisobanuye iki? | BBC News Gahuza
BBC News Gahuza
0:00 / 0:00
DR-Congo: Kabila yatangajwe nk'umukuru w'umutwe witwaje intwaro bisobanuye iki? | BBC News Gahuza
2 223 просмотра · 1 дн. назад
BBC News Gahuza
43,5 тыс. подписчиков
2 223 просмотра · 1 дн. назад
Joseph Kabila yahoze ari umukuru w'igihugu wa Repubulika ya Demokarasi ya Congo (RDC) ni we aramutswa umuhari mushasha wa politike na gisirikare witwa 'Front pour la Refondation de la Nation' (FRN), nk'uko biri mw'itangazo ryasomewe mu gisagara ca Goma kw'itariki ya 12 Gitugutu (10) .
FRN yisobanura nk'umuhari ufise ihangiro ryo guhuza "imbaraga zo kurwana" mu ntumbero yo gukuraho ico wise ubutegetsi bw'agahotoro no gushiraho umurongo mushasha wa politike muri RDC.
Bisa nk'aho muri iki gihe atawari yiteze kubona canke kwumva Joseph Kabila, yarongoye RDC mu kiringo c'imyaka 18, ari kw'isonga ry'umuhari witwaje ibirwanisho.
Vyatumye bamwe n'abandi bibaza ico bisobanuye.Kanda hano ukore subscribe 👉🏾 / @bbcnewsgahuza
#BBCNewsGahuza
-----------------------
Iyi ni YouTube channel nyakuri ya BBC News Gahuza.
Ukeneye kureba video ku makuru y’akarere n’amahanga mu buryo butabogamye? Wageze aho biri.
BBC ni yo soko y’amakuru yizerwa kurusha ayandi masoko ku isi.
Aha tuzakugezaho inkuru mbarankuru, inkuru z’icukumbura, ibiganiro n’ibyamamare, video zisobanura ibintu, ku ngingo zikureba zirimo imyidagaduro, imikino, politike, ubugeni, siyanse, ubuzima, byose mu rurimi wumva.
Urakoze gukora subscribe kuri channel yacu. Niba ukunda ibi dukora dusange na hano:
BBC News Gahuza website 👉🏾 https://www.bbc.com/gahuza
Facebook 👉🏾 / bbcnewsgahuza
Twitter 👉🏾 https://x.com/bbcgahuza
WhatsApp 👉🏾 bbc.in/47y8V4j