"TWAJE MU GASHIKANWA HARI ISHAMBA..."/KWUBAHA Imana_Mwungere wa 1 GASHIKANWA/Past GUMYUMUTIMA Oscar
Iriba ryiza
0:00 / 0:00
"TWAJE MU GASHIKANWA HARI ISHAMBA..."/KWUBAHA Imana_Mwungere wa 1 GASHIKANWA/Past GUMYUMUTIMA Oscar
953 просмотра · 11 ч назад
Iriba ryiza
81,6 тыс. подписчиков
953 просмотра · 11 ч назад
Shalom kw'i Kanisa y'ukwezi kw'10 Umwungere wa 1 wo mu GASHIKANWA yafashe umwanya yakira abashitsi avuga n'intahe gato maze Umukozi w'Imana Past GUMYUMUTIMA Oscar yigishe ishengero aribwiriza kwubaha Imana.
Tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. Yesu abahe umugisha #Iribaryiza #61053102 #love #compassion #humanity #christianity