Перейти к содержимому

Umviriza ico Musenyeri Yohakimu Ntahondereye yasabiye indongozi nshasha mu gisabisho rusangi

Mashariki TV

0:00 / 0:00

Umviriza ico Musenyeri Yohakimu Ntahondereye yasabiye indongozi nshasha mu gisabisho rusangi

9 248 просмотров · 6 лет назад
Mashariki TV
477 тыс. подписчиков
9 248 просмотров · 6 лет назад
Mu gisabisho rusangi cashikirijwe n'uwaserukiye idini rya Gatorika Musenyeri Yohakimu Ntahondereye wa Doyoseze ya Muyinga mu gusezera ubwanyuma uwahoze ari umukuru w'Igihugu Petero Nkurunziza yasavye Imana guhezagira Uburundi, abarundi n'indongozi nshasha zizorongore igihugu zitwarira bose ngo "nk'uko Petero Nkurunziza yabikoze"