KURIKIRANA CONCERT YA PRAISE FOR THE VICTORY CHOIR AU LYCEE MARANATHA DE KIVOGA SDA LE 02/11/2024
Praise For the Victory Choir Ministries
0:00 / 0:00
KURIKIRANA CONCERT YA PRAISE FOR THE VICTORY CHOIR AU LYCEE MARANATHA DE KIVOGA SDA LE 02/11/2024
815 просмотров · 1 год назад
Praise For the Victory Choir Ministries
1,36 тыс. подписчиков
815 просмотров · 1 год назад
Chorale Praise For The Victory turashima Imana kuba yaremeyeko twinjira mur'uyu murimo, ntabwo vyari vyoroshe ariko vyarakunze kandi na nubu nawe vyokundako wifadikanya natwe.
Turashimira rero abantu bose bakomeza kugaragaza ubushake bwo gufatanya natwe nababanye natwe.
Imingambi ya Chorale ntabwo iboneka muri document iri muriyi video nkuko twari twavyipfuje ariko ushobora kuyibona igihe cose wotwandikira.Muri make n'iyi ikurikira:
1.Online Evangelization;
2.Supporting the construction of Gihuga SDA at Giheta;
3.Growth of Praise For The Victory Ministriess Members;
4.Launching new songs;
5.Prayer moment each three months;
6.PFVC Library development.
Kugira tubigereho turakeneye mwebwe mwese mufise umutima wokuja muruzabibu rw'Uhoraho.
Aho uri hose, aho usengera hose uhawe ikaze.
Ubasha kutwandikira kuri +25772267698 canke +25768863945.
Whatsapp channel: https://whatsapp.com/channel/0029Var0...
Whatsapp group: https://chat.whatsapp.com/GxoPxVbTjAh...
You are welcome