Isid. MBAYAHAGA ashize ukuri ahabona//Ubutumwa bukomeye ku Barundi//Avuz ku kaga gakomeye kariho ubu
Rajii Media TV
0:00 / 0:00
Isid. MBAYAHAGA ashize ukuri ahabona//Ubutumwa bukomeye ku Barundi//Avuz ku kaga gakomeye kariho ubu
3 639 просмотров · 2 дн. назад
Rajii Media TV
30,3 тыс. подписчиков
3 639 просмотров · 2 дн. назад
#PastorIsidoreMbayahaga #RajiiMediaTV #Burundi #Abarundi #IbiyagaBigari #Tshisekedi #Kagame #Kabila #AmakuruMashya #UbutumwaBukomeye #UkuriKutavugwa
Kaze neza kuri Rajii Media TV!
Muri iyi videwo ikomeye, Pastor Isidore MBAYAHAGA arashize ukuri ahabona ku bibazo bikomeye n'akaga gakomeye kariho muri iki gihe. Aratanga impanuro zikomeye n'ubutumwa bugenewe Abarundi n'abanyagihugu bose bo mu karere k'Ibiyaga Bigari, anagaruka ku ruhare n'isano y'ibibera mu karere bihanganishije abategetsi nka Félix Tshisekedi, Paul Kagame, na Joseph Kabila.
Ntimwibagire gukanda SUBSCRIBE, gukora LIKE, gusangiza abandi (SHARE), no gusiga igitekerezo canke impanuro zanyu mu mwanya w'ibitekerezo (Comments).
Murakoze kubana natwe!Rajii Media TV is your source for reliable news, current affairs, politics, interviews, and analysis from Burundi and beyond. 🇧🇮
We bring you the latest stories, important voices, and in-depth discussions to keep you informed and connected.
Subscribe to Rajii Media TV and stay informed.