Ndarengutse Nkenguruka – Cathédrale Regina Mundi
Utuziki NdoraMana
0:00 / 0:00
Ndarengutse Nkenguruka – Cathédrale Regina Mundi
525 просмотров · 3 года назад
Utuziki NdoraMana
25,2 тыс. подписчиков
525 просмотров · 3 года назад
Mana, wewe wandemye, Mana, we wanzigamye
Mana, we wanyakuye, ungira umutumwa wawe
Ndarengutse, nkenguruka, nkundira nkwiture
Ndi uwawe, ngenza ukwo ushaka