"IJAMBO ASIGIYE ISHENGERO RIMEZE NK'IRAGI":Ibirori vyo Gushingur'Umubiri w'Umukozi W'Imana Past Abel
Iriba ryiza
0:00 / 0:00
"IJAMBO ASIGIYE ISHENGERO RIMEZE NK'IRAGI":Ibirori vyo Gushingur'Umubiri w'Umukozi W'Imana Past Abel
8 446 просмотров · 5 месяцев назад
Iriba ryiza
80,7 тыс. подписчиков
8 446 просмотров · 5 месяцев назад
Shalom itariki 15/03/2026 niho Umukozi w'Imana Pasteur ABEL BANKURA Yahora akorera Imana mw ishengero rya pentekote RUSAGARA yitaba Imana aho yashinguwe itariki 24/03/2026 ku rusengero rwa pentekote rusagara.Uyu mukozi w Imana yakoreye Imana kuva akiri muto. mw iyi sanamu murabona ivyaranze ishingurwa ryiwe.
Tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. Yesu abahe umugisha #Iribaryiza #61053102 #love #compassion #humanity #christianity