Перейти к содержимому

Animation ikomeye yagizwe na Chorale Université Lumière de Bujumbura - Concert du 08.01.2023

MEIRRA Tv

0:00 / 0:00

Animation ikomeye yagizwe na Chorale Université Lumière de Bujumbura - Concert du 08.01.2023

18 033 просмотра · 3 года назад
MEIRRA Tv
225 тыс. подписчиков
18 033 просмотра · 3 года назад
Concert du 08.01.2023 - Eglise de Pentecôte de Bujumbura/Kibenga Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇    / @meirratv   Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi. Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira: +257 79 24 16 79 (WhatsApp) +257 79 08 91 49 (WhatsApp) YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!