Перейти к содержимому

Ibanki y'Urwaruka BIJE (Banque d'Investissement pour les Jeunes) yatangujwe icese n'Umukuru wIgihugu

Mashariki TV

0:00 / 0:00

Ibanki y'Urwaruka BIJE (Banque d'Investissement pour les Jeunes) yatangujwe icese n'Umukuru wIgihugu

4 941 просмотр · 6 л. назад
Mashariki TV
480 тыс. подписчиков
4 941 просмотр · 6 л. назад
#Burundi Kuri uyu wa gatatu niho hatanguzwa icese Ibanki y'Urwaruka, #BIJE ( Banque d'Investissement pour les Jeunes), ifise icicaro gikuru ku mugwa mukuru wa politike #Gitega. Ibirori bikaba vyari birongowe n'Umukuru w'Igihugu Petero Nkurunziza. Kurikirana ingene ivyo birori vyagenze.